ITANGAZO KU BANYWANYI
————————————-
Muntumbero yuguhimbaza umunsi mukuru wahariwe abakozi na kazi, Ishirahamwe UCODE-MF riramenyesheje abanywanyi baryo ko ejo ku munsi wa kane igenekerezo rya 1 Rusama 2025 amashami yaryo yose azoba yugaye kiretse ishami rya NgozI(Siège) rizugurura kuva isaha zitatu z’igitondo kugeza isaha umunani z’umutaga.
Riramenyesheje kandi ko ubuhinga bwa none ucode cash na ucode iwacu buguma bukora umwanya wose.
Turabashimiye ko mubandanya mutwizera.
Imana ibahezagire!!!
UBUYOBOZI BWA UCODE-MF
AVIS À LA CLIENTÈLE
—————————————-
En raison de la célébration de la fête du travail, l’UCODE-MF informe son aimable clientèle que ce jeudi, le 1er Mai 2025 toutes ses agences seront fermées sauf l’Agence Ngozi (Siège) qui sera ouverte de 9h00 à 14h.
Veuillez noter que nos services UCODE IWACU et UCODE CASH seront opérationnels.
Nous vous remercions pour votre fidélité.
Que Dieu vous bénisse!!!
LA DIRECTION DE L’UCODE-MF